Iwacu Light, Bujumbura Videos

Videos by Iwacu Light in Bujumbura.

True LOVEπŸ’“πŸ’“πŸ’“

Click to enable sound Next

Other Iwacu Light videos

True LOVEπŸ’“πŸ’“πŸ’“

Twinjiye le9 mumwanya murayihabwaπŸ”₯πŸ”₯.Umurundi akivuga ko ata films z'abarundi araba arareka ntanimpamvu yokubitubwira

Sengana hamwe na Gabriella(Prayer)

Kuva nakera abagabo bamywe bakunda akaboga kugera naho bavuga ko abagore n'abana batarya inyama zose.πŸ˜†πŸ˜€πŸ˜ƒ

Brack OBAMA avuga k'UBURUNDI Munywaka mike iheze

Iyiyo irenze kwitwa film https://youtu.be/0FQCff56Kgc?si=p36CtPd2iJWtWQaI

Nguyu rero ivyiwe twabibazaniye

Ayand'AMATORA (A) canke (B).amatora yejo yagenze neza umwigeme womuri BURKINA FASO(B) yaratsinze UMURUNDIKAZI(A).Ukaba utatoye kumusi wejo vyonda hano Iwacu Light maze utore. Ntiwibagire guvyonda kuri Follow canke suivre, kuko turiko tubategurira ivyingirakamaro

TANZANIA itangariye UMURUNDIKAZI

Ubutare ntibuzopfa buheze πŸ™πŸ™πŸ‘

Ntamunya RWANDA n'umwe yabujijwe kuza MUBURUNDI. Namwe m'umajambo Evariste NDAYISHIMIYE yaraye abwiye abanya RWANDA

PAUL GITWAZA yarabivuza DOUBAI(Uburundi)

BBC amakuru avuga kw'igitoro kibonetseπŸ˜‚πŸ˜„πŸ˜ƒπŸ˜„ Ildephonse Comedian