Buja Today
kugira ubandanye wironkera amakuru yaba star bo kwisi yose na cane cane abi wacu +257 nutuntu nutund
🙆 : Hari ikiziga c'umusore catowe kimanitse k'umugozi Ibi Bintu Birimwo Ibibazo Nubwo Abantu badashaka kwibaza !! Kubera Iki
Ikiziga c'uwo musore w'imyaka 23 catowe kimanitse ku giti c'umwembe muri karitiye ya Makamba ya mbere ku mugwa mukuru wa komine n'intara ya Makamba.
Ababanyi b'uwo musore azwi kw'izina rya Cédric Nkeshimana bavugako yavuye munzu igihe c' isaha zitatu z'ijoro ahejeje gufungura ariko ntiyagaruka.
Naho yaramanitse kuri ico giti c'umwembe , bamwe mu mubabonye ikiziga kikimanitse ngaho bavugako atacerekana ko yiyahuye baravye impuzu yari yambaye n'ibirenge vyiwe . Ngo ntavumbi ryaboneka kubirenge vyiwe kuko atabirato yari yari yambaye bakavugako hari kuboneka ivumbi kubirenge vyiwe .
Bamwe bakibazako yoba yarishwe agacaza kumanikwa muri urwo rupangu .
Ayandi makuru avugako uwo musore asanzwe avuka muri komine ya ngo si irya mbere yoba yaramaze kugerageza kwiyahura .
Mu gipolisi no mu ntwaro ho bavugako biboneka ko yiyahuye naho abanyagihugu bagumanye amakenga.
Ikiziga c'uwo muhisi kikaba caciye gitwarwa n'igipolisi hamwe n'abajejwe intwaro mu buruhukiro bw'ibitaro bikuru vya Makamba.
Abantu babiri harimwo uwo babana munzu bakaba baciye baja kugirwako amatohoza n'igipolisi.
📷 : Radio Indundi culture
🛑Urukundo mutamenye D-ONE Offical abakimwita umunyuka ntibaramumenyaa. Raba k'umusosi.
🛑Umuririmvyikazi Khailla Keza w'indirimbo " FAR AWAY " Amakuru avuga ko ari murukundo na D-ONE naho vyagizwe ibanga.
🛑Ivyo ni ivyagiriwe mu Kinama mugiteramo ciwe Yise "Born to Shine ". Khailla Keza niwe mukobwa yaryamye Kuri irya matelas D-One 257 Bdi yari yazanye.
🛑Ni amahirwe Kuri D-ONE Offical canke Khailla Keza????
😂😂😂😂😂😂izi sakoshi zabasani bacu mana yanje zizotumaramaza ,pls guys ntushobora kuba uri brand ambassador ugacujaho n’ivalise nkizi ngo photo ugacuposta 😭😭😭 nukuri mwikebuke ,iyi mitumba y’ibitoke muyihebe 🤣🤣🤣🤣🤣🤣 style reo yambaye mana yanje mbisa niryamire numvise ngo har'umuririmvyikazi yanyatatse ngaha ?mumubwire muti ico gisusu ufise nk'icapati yabahindi azogishirako kiboneke😂😂😂uyu nawe nadukurire iyo mitumba yama valize
Sat-B in the house 1,000,000 in 2 weeks
🫣 Tugaruke muri "Buja Music Awards" aho umukenyezi w'umuhinyanyuzi I Breezy, yashavuye cane kubera umugabo wiwe atariwe yahawe agashimwe nk'umuhinyanyuzi yaranze umwaka…
Best Female Artist 👸 2023 - 2024 Monia Fleur
😭 Birababaje Ariko Abafana Biwe Mwihangane Umusore Wanyu Melanin boy Mubushimwe Bwaraye Butanzwe Ntagashimwe Nakamwe Bamuhaye 😪😎🙆♂️
Mugihe Mugenziwe Dj Fernando Yaronse Agashimwe Kumuririmvyi Mushasha Yaranze Umwaka Vyose Vyateguwe Na Buja Music Awards 😎🙌
Ikibazo Mbaza Burya Indirimbo Za Hariho Abatazumva? Burya Nawe Ako Gashimwe Kumuririmvyi Mushasha Yaranze Umwaka Ntiyaragakwiye?
Burya Mundirimbo Zose ziwe Ntanimwe Basi Yarikwiriye Agashimwe? 😪 Ibaze Ama Hit Songs Yaramazimisi Arekura Za "Elena , Isezerano" Zose 😎🤔
Bino Bintu Burya Ntabusuma Bwabayemwo? 😪
Indirimbo Komasava ya x ft Khalil Harisson & Chley yamaze kuzuza Miliyoni y'abayirebye mu gihe cy'amasaha 14 gusa igiye hanze.
Ni indirimbo yari isanzwe izwi ariko umwihariko wayo ni Jason Derulo wayongeyemo ibirungo.
Drama T in Zanzibar 🏄
Nubundi baribabizi ko atariyabo ariya Messi 😀😂😂😂😂😂
Uyunawe nuwahe 😂😂😂 kuba umusoda aha iwacu vyaramunaniye 😄😂😂😂
Melody and eleee
face On The flow in town 🇷🇼🔥
Hano dukuyemo ngo uwakoze kera hagati
1: Big Fizzo
2: Drama T
3: Natacha
4: Sat B
Mubona arinde muririmvyi yakoze cane muruno mwaka
face On The flow kumihari mwishi mwishi
Trace Awards yanyeretse ko dufise akazi kenshi ko gukora ariko ivyiza biri'imbere nta bwoba. 😂😂😂
🚨🚨 iriko irabera murwanda 🇷🇼 , aba nibo bamaze gutwara ubushimwe 👇🔥
Tay C = Best Artist - France & Belgium 🏆
Diamond Platnumz = Best Artist in East Africa 🏆
Gutanga ubushimwe birabandanya ... 👇
Source Cc:iteka magazine
emmerance niyahevindirimbo ye ibigukorers cane ?
Ncuti Yabose ATI : Sinzosubira kuvuga inkuru y’umuntu atabanje kumpa uruhusha🙏🏾 na bikora nzi ko ndiko nkorera igihugu n’umuziki wacu🇧🇮🇧🇮 Ariko mbona hakubishima bakomeza ku mblocka🤦🏽♂️
uyumunsi yayakoreye afunitse Simbizi Wa Semavumba uyumunsi niwe yabaye content kurasha ivyo babatumiyeko 😁😄😄
Wiz Designer aracaborewe 😂😂😂
Umukinyi wa film 📽️ wakunzwe cane mugihe vyahise nubu agikuzwe uyumunsi niho yagize isabukuru yiwe mufashe kumwipfuriza umunsi wamavuko Happy Birthday Legend Jean-Claude Van Damme 😍😍
Sat-B and Big Fizzo
😎
Uyuniwe Sat-B womuri umu Boss womurikazoza imana naho idakura umuntu nukuri igihe iyo kigeze kibakiheze
Official Airport in town 🇧🇮🔥
Big Fizzo yuguruye inzu y'uburiro , umuririmvyi kumbe burya niyahevye umuziki canke beer 🍺 oya yahevye ibitunguka yabonye kuzana Bar yarikuzimarira mukanamuvuga nabi ubuyazanye ya Bien yunguka kwaje Bitu biko Bien 😎🤗
🚨🚨 Umuhinga muvyo gutwenza arasezeye abantu bi Bujumbura ✈️
Kuruyu wakabiri igenekerezo rya 17/10/2023 , Umuhinga muvyo gutwenza yafashe urugendo rumushikana muri 🇨🇦 aho agiye guteramisha abarundi eka n'abanyamahanga babayo .
✍️Cc magazine
Click here to claim your Sponsored Listing.
Videos (show all)
Contact the practice
Telephone
Website
Address
Toronto
Canada, KY
Canada
আসসালামু আলাইকুম যারা ইউরোপ কোন কান্ট্রিতে আসতে চান তারা আমার ইমু নাম্বার বা WhatsApp যোগাযোগ করবেন
Canada
We are Hiring for new staff at SHELL PETROLEUM CANADA. Interested candidates should contact us.