Afri Aus
Afri Aus is from culturally diverse backgrounds. We aim to bring awareness about important issues to the community in a fun, educating and entertaining way.
Do what makes u happy❤️
🙏🙏🙏🙏
Amezi 5 twirukanwe kubuzi kubera inkingo. Muga Imana iracaturinze # nzara ndarara mungu shimwa🙏🙏🙏
Kubifuza gukodesha imiduga # zindi manza. Imiduga mwiza ibereye karibu ngaha Buja.
Inbox me
UN w'ubumwe bwa bibumvye igishushanyo bashizero imbere yi nyubako zabo muri Amerika # aho isi igeze ariko benshi ngo nta kibazo kanura bantu beza umudendezo waheze hasigaye igihe gito YESU akagaruka
GISA NI GISHUSHANYO CO MUGITABO CO MURI BIBLE-DANIEL🤔
Ba Africans nikula tu. Ebo ubareteye music na cakura batakusifu milele hehehe. True and sad at the same time🤗
Imana yarakinze. Aho mu shengero ya ba rundi muri America bagiye kubona umuntu yariyitwaje inkoho agire abarase mugabo bamufatisha yompi. Imana ni nziza, nta bwoba mu mana🙏
Ese mwoba muzi ko facebook ubu yahinduye izina. Ubu yitwa Meta👇👇none mwoba muzi ico risigura iryo zina # # . Rero tube manso kabisa kuko aho iyisi iriko idutwara siheza nka twe dukunda social media tube mange🙏
Sad story. Yishwe niki uyu muntu kubazi inkuru
R.I.P mwisi ni bibazo gusa kweri🤔
Kubafise ibibanza mu maramvya nukuraba nimba mutarimwo muraba uyu mudamu avuga👇👇
Mbere yo kwemera izi nkingo banza wumvirize aka ka video. Mwebwe mukiri muri Africa kuko ino baratugeramiye twe tutariteza. Birababaje cane # God we trust🙏
Izindi ziri hafi # # # bantu beza👇👇👇
CEASING POVERTY GENERAL DEALERS LIMITED will continue to provide best services,here are 2 Cars left already JAPAN heading to BURUNDI, we need only serious buyers.........in case you're interested see me inbox......( Challenges are there to sharpen you not to destroy)!!!! have a lovely day.
Ati nti vyoherera iburayi gusa. Isi igeze kure reka twizere ko atarivyo ariko wosanga arivyo kuko iyisi yacu igeze kure
Igistina kimwe ku kindi
If true yarakwiye guhanwa ari mugihugu canke hanze. Imana niyo murinzi nayo abantu turi babi kweri😴
Congrats to you👏👏
Uriko uteza igihugu imbere. Imihezagiro mwinshi🙏
Ati yendani kwanu🤔🤔
Happy indipendence day to motherland❤🙏
Its a happy birthday for me. Time to celebrate💃💃💃💃💃 and give all honor to my God🙏
Izi ndimi nti zoroshe pepe
He prophesied it . JOSHUA
Please people of God it is time to come closer to him and repent as we are in the last days.
We Africans need to know this👇👇
Ukuri kwamye, ikintu co gufasha muri kazoza ngo ivyo ntaco bimaze. Ahubwo ugasanga tephone niyo itumarira umwanya. Birababaje umuntu yemwe umuntu🤔
Spot on👇👇👇👇
TANGANYIKA EZATOGOTA YO NANGA😧 BANTU NANGA🙈
Kenya🇰🇪: indege yarireruye Raila Odinga yagize isanganya mu ntara ya Kisumu ariko abarimwo Bose barokotse👇🏻
Bagize Imana🙏
Imbeba za duteye muri Australia. Nihatari ibi bintu nti vyoroshe🤔
After enduring the drought, farmers are struggling with the mouse plague | 7.30 After enduring one of the worst droughts in memory, farms and communities in western New South Wales are now enduring another natural disaster - millions of ...
Said it before ugomba gutera imbere kina urumugore iyo uri umugabo or ukine uri umugabo uri umudamu uca umenwa na benshi. Satani niwo mugambi wumuvuduko ariko akoresha muri iki gihe✌
Dukanure namwe ni mwumve iyi video. Ngo muri adukoko mu dufuka munwa🤔. Ni mugerageze murabe ko arivyo koko 👇
Yabonye ibigatanya 4 vyari vyicaye biriko biraganira hanyuma abona amabuye, amacumu n’inkota bicanacanako muugihugu kubera ivyo bigatanya. Umuhanuzi w’amahanga Ian Dr lan Ndlovu arangiza agira ati musengere abategetsi b’igihugu c’Uburundi.
Arongera akagira ati dusengere uburundi ntibudadaze kuvyerekeye imigenderanire n’igihugu canke ibihugu biteye imbere ku Burundi. Ati dusengere uburundi.
God's Face is Smiling upon Burundi ~ Prophecy By Dr. Ian NdlovuPartner with us today by visiting http://www.divinekingdombaptist.org/partnership.htmlPaypal e-mail address: [email protected]...
Turakumbuye Kweri turakumbuye Buja # # mipaka✌
Holidaying......Buja Enjoy life
Please dont forget to support your girl Yvette Niyonzima❤🙏
Keep faith and shall be well, starting is hard but end result is always great✌
Churches/Makanisa/Amashengero Let us all be wise people
English is hard🤩haha
Bantu beza ntimukibagire isuku yo mu kwaha eka nahandi hose pls. Za turibukanya❤✌
Personal cleanliness - Africans - May 2019 Keeping and staing clean and fresh
This is a bit concerning, could someone send me the full video pls
Iyi kigisho giteye amakenga, mumpe video yose bantu beza
🙏✌❤
Kucekana siyo muzuri
Teasing not good my people
❤✌🙏
kucekana-Teasing and How It Can Impact People Teasing isn't good for the human wellbeing. It can cause divisions between people with just a single word. So in saying this, we should come together and sto...
Mbe aba President ba Africa ko baheze bapfa bashahu mwe 🤔 nawe yaratanguye neza none aragiye iyisi irashaje.
R.I.P Idriss Déby # of CHAD
Ubuzima ni buto cane, ubishoboye burye butarakurya. Mbe mwomenyera aruko bandika mu kirundi🤗✌
Bon sana
Click here to claim your Sponsored Listing.
Videos (show all)
Category
Contact the public figure
Website
Address
71 Morandoo Avenue
Wollongong
BORN TO DIE WORLD IS A F**K Kill Em All 1989 410,757,864,530 DEAD COPS
Wollongong, 2505
Are you a stoner? Enjoy memes? It's OK to blaze, we more then 420 friendly.......
Dancespace Wollongong. 11 Glebe Street
Wollongong, 2500
Professional tribal style belly dance troupe in NSW Au. Richly flavored by global gypsy dance styles