Dosty Buja
Nearby public figures
Bujumbura
Mubabe
Bujumbura Kinama
99481
28346
Bujumbura
Bja
Gihosha
Bujumbura
Bujumbura
Cbtk
Muramvya 7777
Even
SUGAR BOY🏅💫
Creative:As one Studio
Model
Edit :Dosty Buja 📸
📱+25772261694
😭😭INKURU YEMEJWE 100% 😭😭
_Erica ahejeje kw'Itaba Imana.😭
Twihanganishe ababuze ababo.
Monia Fleur Amabanga Yiwe yose hanze🙆😰 Davis Morales Amuhaye Gasopo Naje Gufasha Maman Wiwe 🙆🙆🙆
Ibi Nibiki? Kwa F***y Lavine Ibi Bintu Birimwo IBibazo 😂😂 Nuko Mudashaka Kubibona 😂
AMAFOTO: Diamond Platnumz na The Ben bishimiwe mu buryo bukomeye Bariko baririmba indirimbo bakoranye bise ‘Why’
📷
AMAFOTO: Umuhanzi The Ben na Diamond Platnumz baganira mbere yo gusuzuma ibyuma, biri bwifashishwe mu gususurutsa ibihumbi biri bwitabire Trace Awards 2023 mu ijoro ryo kuri uyu wa Gatandatu.
🚨🙆😭 🇹🇿nawe mu 🇷🇼ashikiwe nivyashikiye The Ben mu Burundi🇧🇮,ngo isakoshe irimwo ibintu vyose yari gukoresha unomusi mugiteramo ca Trace Africa Awards🏃
🔴Nkuko vyemezwa namwene kwibwa,abamwegereye,abobazananye,ibinyamakuru vyomu Rwanda n'ivyo muri Tanzania harimwo(Wasafi Tv),umuririmvyikazi wo Mu Rwanda avugako yibwe i Bag yarimwo ibintu vyose yari gukoresha mugiteramo unomusi 21/10/2023,abicishije kurubuga rwiwe rwa Instagram(Story Section)ahejeje kugira ati:
👉:"Ndi mu Rwanda natakaje isakoshi(Bag) irimwo ibintu vyose nari gukoresha mugiteramo cunomusi muri Trace Award,guhera kuri jewe hamwe nokubatamvyi banje.Ndiko ndagerageza ukuntu ndabikemura💔Ndiko ndagerageza ukuntu ibintu biguma bimeze neza."👈
Akanya nakanyu mugire ico mushikirije🙄🙏
Sc:
Umwana_w'imnyaka_7_atangaje_caane__Ivyo_akora_abantu_boose_bumiwe...
🚨🚨 Arsène Wenger yamāze gushika i Bujumbura 🇧🇮👌🏽
Umumenyereza w'ibihe vyose wa Arsenal yamāze gushika i Bujumbura akaba azananye na Gianni infantino umukuru wa FIFA .
ben Big Fizzo _Ntaco_Dupfa_ Sat-B Na_ LinoG Telefone_ya The ben Vyose_Bigiye_Hanze
🍆Igitondo Ciza Kuri F***y Lavine Nabakunzi Biwe Bose ✌
💫Ndikumwe N'itara Rya Afurika 😂😂😂
JAJA Kanyana Mubona Gute? 😅 Mbatemo?
Uyu Numukinyi Wa Film Ashoboye Cane
Ejo ndabatamo Ikiganiro Twakoranye Nawe
N'umuriro🔥🔥🔥 Ikiganiro Gifise VIbes Zibisazi🔥🔥🔥🔥
Koreshumwanya Witondere Ivyuvuga 😂😂😂
Big Fizzo Yihanikije Aba Journalist Naba Promoter Kuma Title Bandika Yibiganiro😂
Ivyo Kwasama Yabihagaritse Ninayo Mpamvu Mubona Adatanga Ibiganiro Kuma Tv online Ayariyo Yose 🙆🙆
📢 Inyuma Ya Sat-B Umuririmvyi Drama T Nawenyene Ahejeje Gusinya Amasezerano N'ishirahamwe Ngo Aribere Umuserukizi Aze arayamamariza Ibikorwa (Brand Ambassador)
Akajambo Kamwe Kuruno musore Wigihugu✌
🙆None Uno musore Bapfiki na F***y Lavine 😂😂😂 Abana Bubu Indero sikirenga None Ibi yavyanditse Ahejeje kunwa Ibiki? 😂 Ibi bintu Birimwo Ibi bazo nubwo abantu badashaka Kwibaza 😂
😂🙆 Ibibintu Birimwo Ibibazo nubwo abantu Badashaka Kwibaza 😂😂 Ibaze Gusundurwa Gushika Yaho Wimenera Ibanga😂😂😂 F***y Lavine Vyanse Munda Gushika yaho Abibwira Abafana Ngo Uwo Mwenedata Arazi 😂😂🙆 Agashona Nivyatabaguritse 😂😂😂 Ibi bintu Bigeze kumpwemu Idasanzwe 😂😂 Nzoba Mbona
🚨🚨 " Kuba atamuririmvyi w'umurŭndi 🇧🇮 ari mw'ihiganwa rya Trace Africa , vyatweretse urwego turiko " 😥: Drama T
🗨️ Mw'ishavu ryishi umuririmvyi w'umurŭndi Drama T asanga bitari bikwiye ko muri Afurika y'ubuseruko habura umuririmvyi w'umurŭndi atumirwa canke atorwe mubahiganirwa ubushimwe bwa , mugihe ibindi bihugu vyo mukarere vyaserukiwe .
Yagize ati : " Iki nico gihe cogu haguruka hama tugatangura gukorera hamwe . Ubushimwe bwa burahagije kugira butwereke kwataho turagera .
- 0 Ntawatumiwe
- 0 Ntanuwuhiganwa
haguruka dutangure gukora ibintu binini "
🔵🔵 Tubibibutse ko ubu bushimwe buzotangirwa I Kigali 🇷🇼 k'umunsi w'ejo 🔥 , abaririmvyi bakomeye muri Afurika bazoba bitavye ibi birori ( Davido - Rema - Diamond - Eazy - kizz Daniel - Jux - ... N'abandi beshi niho bazoba bari .
SC:Iteka Magazine
😂Numva nipfuza Kumenya Ico NellyNat Burundi Apfa Nuyu mu boss Kuko mbona Bino Bitutsi Atari Ubintu Bisanzwe 😂😂🙆 Cank....🙆
💫Ndikumwe nawamugabo Koreshumwanya Umwe benshi Mukunze kwita Gisanumwavu Canke Umugabo W'imbwa😂 Aha twari Duhejeje Gukora akantu Kumutse Mukanya Murakabona
Mube Muragira Like Kuri Page yanje Mwongera muja kuri YouTube Ya Mugir S'abboner
Ndabakunda Vyahatal ✌
🎂Isabukuru nziza🍦
Aya namwe Muma Photos Yisabukuru Yamavuko🎂 Yumukobwa wa Mugani Desire ( Big Fizzo )
Uno mwana Yitwa ( Akariza Nikita ) Asanzwe aba Mugihugu Cu Rwanda🇷🇼
Abasani Ntimwitinye 😂🙈
Monia Fleur Yabajije abafana kurubuga Rwiwe ati:✍ Nkurikize iyindi Collabo? Canke mbanze ndabahe akajenyene!
kubwawe Nkumufana wiwe Ubona Yotangura Iyahe?
👑Kwigenekerezo Rya 19/10 Niho Umwana W'umuririmvyi Big Fizzo Ahimbaza isabukuru Yamakuvo Uyo mwana Akaba Yitwa Asanzwe aba Mugihugu Cu
Nimunfashe Tumwipfurize Isabukuru nziza Yamavuko 🎂🎂🎂
Experience_the_Magic_of_Diamond_Platnumz_Live_Performance_in_a_Shipping_Container 💫🔥🔥🔥
🚨🚨 Ubugeni bwa The Ben na Uwicyeza Pamela buzobera muri Kigali Convention Center 🇷🇼 Ku tariki 23/12/2023 .
Hakaba hamenyekanye Urutonde Rwibindi Vyamamare bizoba Vyitabiriye Urwo rubanza Aho twovuga nka Diamond Platnumz , Rema ,Otile Brown , Sheebah ,Zali , Meddy
Nibindi Vyamamare Vyakarere 💫🛩🛩🛩🛩🛩
Big Fizzo Inyuma yokwugurura Restaurant Yitwa ( Food O'clock ) Umuririmvyi Mugenziwe Sat-B Akaza Mubambere Mukumushigikira
Big fizzo nawe Yaciye aja Aho Sat-B akorera mu kugurisha itike z'indege na (M Travel and Tours Burundi) .
Urukundo Rwabano bagabo babiri Rubandanya Rutangaza benshi Kuko ngo mubihe biheze Basa nkaho bahanganye cane Mbere Bigatuma Umuziki Uryoha cane
Hari nabavugako Biriko Vyica Umuziki ndundi Kuko ngo Ukwankana mumuziki vyarafasha cane
Weho kubwawe ubibona gute?
Iciyumviro cawe hano 👇👇👇👇👇👇
🚨🍝🍽️ Big Fizzo yuguruye inzu y'uburiro ,umuririmvyi Sat-B ari mubari baje kumushigikira👏
🔴Unomusi igenekerezo rya 17/10/2023 umuririmvyi MUGANI Desire(Big Fizzo) niho yerekana icese inzu y'uburiro yiwe yitwa FOOD O'CLOCK,aho ikorera mugisagara ca Bujumbura,akabirya kayo nuko ngo ivyokurya kuwobitakunze kwashika kukibanza aho bakorera,babimushikanira(babimushira) aho ari hose kandi kubuntu.Twobamenyeshako SAT-B nawe ari muri bamwe mubari baje kumushigikira mwivyo birori.
Akandi kabirya kandi ngo nuko kumafaranga yawe ibihumbi 5000f ushobora Kwiyarurira
Akajambo kamwe kuri BIG FIZZO🙏
📸:Akeza.Net
Sc:Hit news257
🚨🚨BURUNDI🇧🇮🇧🇮🇧🇮 KENYA🇰🇪🇰🇪🇰🇪🚨🚨
Natacha Burundi Agiye Kuduha Collabo Iteye Ubwoba Arikumwe mubarapeur Bakaze cane Mugihugu ca kenya Nawe suwundi ni Khaligraph jones Indirimbo Twitege ko ari Umuriro 🔥🔥🔥🔥 Muyiteguriye gute?
🔴Umuririmvyikazi Akomeye hano iwacu Muburundi🇧🇮 Muhoza Inyuma 'Yindirimbo ''I Do'' Imaze Amezi Atatu (3mois) Agiye Kutwongera Collabo Arikumwe Numuhanzi Akomeye Womugihugu Kibanyi C'Urwanda🇷🇼 Aho ninyuma yaho habonetse aka Video Bari muri Studio Bariko Bakora Indirimbo Ari Babiri
Iyo ndirimbo Muyiteguriye Gute?
🚨🚨 Muminsi 12 gusa , indirimbo ya Monia Fleur na Big Fizzo imaze kurabwa nabarenga ibihumbi amajana abiri ( +200k )🔥
N'Indirimbo yakozwe m'uburyo butangaje , beshi baravyibuka umuririmvyi Big Fizzo yayemereye muri commentaire ya munyuma biza kuvamwo ikintu kidasanzwe .
Ubu iyi ndirimbo iri mundirimbo zikunzwe m'uburundi ndetse nohanze yigihugu !
Sc:Iteka magazine
Ncuti Yabose
Bamwita Natacha Burundi Nayandi mazina Menshiii....
Nfise inkuru yuko Kuri Mariage Kwa Edisson Ndayahoze Natacha Yashoboye Gutanga Intererano Yigifovya Camafaranga Arenga Umuriyoni Bikaba ari ibintu tutari tumenyereye Kubaririmvyi bahano iwacu Muburundi🇧🇮
Amashurwe kuri Natacha🌷🌺🌼🌻
Nongera nipfuriza na Edisson Urugo Rwiza ✌
Ndi Umunyamigisha , Imana irankunda , yanyambitse igikundiro , abantu barankunda , si nera derere ariko nanje ndakunda abantu ! Ikidoma kizoba kiriko giteramisha I Paris🇫🇷 Itariki 28/10/2023🙏🏽🔥
Imana iranteye irindi teka ndaronse Visa ✅🇪🇺
Ayo niyo majambo Kirikou A Kili Ahejeje Gushikiriza abakunzi B'umuziki abicishije kurubuga Rwiwe.
Akajambo kamwe kuriwe!✌
Abakobwa Bo mugisagara Bavuze ibanga bakoresha Mugutwara aba Diaspora Menya Vyinshi Kubushuhe bumazimisi Mugisagara😂🙈🙈🙈
🔴Amateka Kuyandi Impundu ni nyishi Kubafana ba Big Fizzo
Indirimbo Yaraye ikwije Abarenga Umuriyoni Bayiravye kurubuga Rwa YouTube ( 1M Vues) Turamukeje Cane Big Fizzo
Akajambo kamwe kuri we✌
😭✍️Ntakintu kibabaje nkokumara ukwezi kumwe ugize ubugeni ugaca uhabwa umunyororo wimyaka 5
✅🙆♂️Numunyarwanda🇷🇼 Prince Kid ariko avurwa cane azira ivyaha vyo gusaba ruswa yigitsina abigeme bahoze bitabira amahiganwa ya Miss Rwanda.
😭Prince Kid niwe yahoze ategura amahiganwa ya Miss Rwanda akaba agiye gufungwa imyaka 5 mu gihe amaze ukwezi kumwe agize ubugeni na Miss Rwanda 2017 ariwe Miss Iradukunda Elsa.
✅✍️Nubwo biruko Prince Kid arashobora kwunguruza urubanza mukiringo cimisi 30.
✍️Basomyi iyi nkuru muyakiriye gute?
Ibishikiye Koreshumwanya inyuma yo gutuka Big Fizzo Bamutaye Muri Yompi Asavye Ikigongwe Imbere Yaba Fana Induru Ibaye Nyishiii 😰
Drama T Ibimushikiye inyuma Yokwihakana Big Fizzo Induru Ibaye inyishi Kuri Mo'W Kanzie Na NellyNat Burundi 🙆MBDatagram Nawe Avyinjiyemwo
Raba Vyose
Tylo Sixer Demana
Jisho Reigns
Koreshumwanya
Edisson Ndayahoze
Mr yassin +257
Creative:As one Studio
Model:[ Sabra ]
Edit :Dosty Buja 📸
📱+25772261694
Creative:As one Studio
Model:[ Allia ]
Edit :Dosty Buja 📸
📱+25772261694
Creative:As one Studio
Model:[ ZUZU ]
Edit :Dosty Buja 📸
📱+25772261694
Click here to claim your Sponsored Listing.
Videos (show all)
Category
Contact the public figure
Telephone
Website
Address
Nyabugete
Bujumbura
0257
Bujumbura
Freema boy BURUNDIAN 🇧🇮 SINGER SONG WRITER IBURAYA by Freema ft Olegu https://youtu.be/OQnOHy_EExA
Aboujordan. 8@gmail. Com
Bujumbura
KenArt est une page des publicités des produits artistiques et des oeuvres d'art pour la décoratio