Fidèl Biko

Fidèl Biko

Never give up �

02/12/2023

Kumushaha by B face on the flow

29/11/2023

💔💔

12/11/2023
09/11/2023

🎼🎵🎶🎤🎧

07/11/2023

📸

30/10/2023

Mairie ngo "igiye guca mu mihana isuzuma ubutangakori"

🎙️ Ivyo vyavuzwe itariki 27 Gitugutu 2023, mu nama umukuru w’igisagara ca Bujumbura, Jimmy Hatungimana, yagiranye n’abarongoye amakomine agize ico gisagara hamwe n’abajejwe intwaro zo ku nzego zibanze.

✍🏾 Umukuru w’igisagara agira ati : "Igikorwa co kwandika ibitangirwa ikori kizokorwa n’abakozi ba "Mairie" bambaye umwambaro w’akazi (uniforme). Kandi kizokorwa ku nzu ku nzu, bandika umutangakori n’ikintu cose gitangirwa amakori n’amatagisi.

🗓️ Avuga kandi ko "iryo suzuma rizotangura ku musi wa mbere, igenekerezo rya 30 Gitugutu 2023. Ico gikorwa kikazotangurira muri komine Mukaza; kizomara amezi 4".

👉🏾 Yamenyesheje ko "abazokora ico gikorwa bazoba bafise "ordre de mission" kugira ngo abanyagihugu ntibagire ngo ni ibisuma vyiyambitse umwambaro wa "Mairie". Kandi basabwe kwandika ikintu cose ata na kimwe gisigara mu bitangishwa ikori".

Arahimiriza n'abarongoye abandi ko "bobimenyesha abo barongoye kugira ico gikorwa kigende neza hama bacitabire banamenye ico aba bakozi ba Reta bazoba baje gukora".

🤌🏽 Umukuru w'igisagara ca Bujumbura Jimmy Hatungimana asozera ati : "Igihugu c’Uburundi cihaye intumbero y’igihugu cifashe mu 2040 hama mu 2060 igihugu giteye imbere, ivyo ntitwobishikako tutaramenya gutanga ikori".

Nayo mw'itangazo umukuru w'igisagara yashizeko umukono kuwa 27 Gitugutu 2023, iryo suzuma rizoraba impangu zirihishwa ikori ry'agataka hamwe n'ibindi bikorwa bisanzwe bitangishwa amatagisi.

Inkomoko : Radio-Télévision Isanganiro RTI
Ishusho : Mairie de Bujumbura

Photos from Fidèl Biko's post 01/09/2023

🔴Quelqu’un a dit : « Derrière chaque succès d’un homme, se trouve une femme courageuse et visionnaire».

Lorsque Sat-B s’apprêtait à prendre son vol vers la Suède, il était accompagné par sa femme, Belle 9ice et son fils, . Il a ainsi eu l’occasion de leur dire au revoir.

Un mot pour eux !

08/08/2023

Mon cerveau n'a pas du cœur et mon cœur n'a pas du cerveau c'est pourquoi quand je dis ce que je pense,
j'ai l'air sans cœur et quand je fais ce qui est dans mon cœur, j'ai l'air irréfléchi 🧠🧠

Photos from Fidèl Biko's post 01/08/2023

🔵🟡Kuva kuri uyu wa 1/08/2023 Ibiciro vy'ibinyobwa bihingurwa na Brarudi SA bihejeje kuduga nk'uko bimenyeshwa n'iryo shirahamwe .

✍🏾Boissons gazeuses 1500 Fbu
✍🏾Viva 1500Fbu
✍🏾Nyongera 1700 Fbu
✍🏾Primus 72 Cl 2200 Fbu
✍🏾Primus 50 Cl 1700 Fbu
✍🏾 Primus Black 2000 Fbu
✍🏾Amstel Blonde 65 Cl 3000
✍🏾Amstel Blonde 50 Cl 2600 Fbu
✍🏾Amstel Bock 2600 Fbu
✍🏾Amstel Royale 3100 Fbu

🤔Uvyakiriye Gute ?

Photos from Fidèl Biko's post 31/07/2023

Abadandaza bo mw'isoko ya bahisemwo kwugara

🇧🇮 Inyuma yo kubadugirizako amafaranga yo gupanga ibibanza bakoreramwo bahora bariha 110 000 baja kuri 600 000, abadandariza muri ivyo bibanza mw'isoko ya Ruvumera banse kwugurura batabumvirije kuko ayo mahera ari menshi ngo ntawokwunguka.

Kuri uyu wambere 31 Mukakaro 2023 amazu y'ubudandaji akaba yagumye yugaye nk'aho atawuhakorera

28/07/2023

🚨 Izina yahawe n'abavyeyi ni “Iradukunda Aimé Parfait”, izina ry'umwuga naryo ni A.P

Avuka mu Ntara ya Bururi neza na neza muri komine ya Matana ariko uno mwanya ariko ararangurira imirimo yiwe aha mu gisagara ca Bujumbura

Uretse kuba ari umuhinyanyu*i w'indirimbo ( Producteur ) muri "Key Record Studio", A.P asanzwe ari n'umuririmvyi kandi w'impano ikomeye itangaje cane

Umviriza Indirimbo yiwe nziza cane ahejeje gushira hanze yise wibuke kuyisangiza abandi 🔥
👉 https://youtu.be/s1OzxGOOLlI
👉 https://youtu.be/s1OzxGOOLlI

22/07/2023

Belle nice: bae gt

Sat B : yagaaaaaaaaa it's your Boy sat

Belle nice :Aaah chr ivyo uzoz urabigirira iyo wiriw apana iwanj

Sat B : chr ninde yagusindiye

Belle nice: wew nyn😭

Sat B : satura?urambey bae

Belle nice: imagine waranyimye marriage unampnda na Etat civil basi😭😭😭😭😭😭

Sat B: ufise amanyama atagira ukwangana🙈🥱 ivyo nivyo biku😭

Belle nice: ntunkunda ndabizi😭😭

Sat B :Ntamu star akunda yagaaa ivyo ntubizi

Belle nice: ntiwumva basi ntunku💘💘

Sat B :Harico ntaguha imodoka sinaguhay amahera sindaguha yagaaaa

Belle nice:. Bea ndakubaze ???

Sat B:. Yagaaaaas🙏🙏

Belle nice: hagati y'amafanga n'urukundo wotoriki????

Sat B: vyovana nayo mafaranga ukwangana cank nurworukundo urwarirwo

Belle nice : eee sawa Biriman Boy rero iramfise Ubu🤞✌️

Sat B : ati ???!!!

Belle nice : Double jay we are in Love❤️🙏

Sat B :. 😵😵😰😢😭😭😭

Belle nice: kuciy uhora king sat B

Sat B : yeeee waravy kidding vues igezeko yooo ewana nayo izokwiza 1M veus.

Belle nice: ivyo nivyo ndaguhora ntunyitaho

Sat B :wapi sha ndigupanga show ya Suede

Belle nice: umungore wambere waramutaye🖕 Ubu nanj nij nzoguta

Sat B :Basi ndagufukamiy mbabarira

Belle nice: wibaza nivyo gusa clip videos ya Kidding sindimwo😭😭😭😭

Sat B :chr sorry Kent P yaranyankiye

Belle nice: Dubaï naho kutantwaye😭😭

Sat B: nanj bwarubwambere reka Sha kwasama muri summer

Belle nice :Double jay week end nzoca ndamuha nanj😭😭😭😭😭

Sat B:. Naho wogenda Ntamu diaspora nobura vrt 🖕🖕🖕


guys

21/07/2023

*Impanuro umukurambere yadusigiye* ```Bagabo namwe bagore mur’aha, sinshaka kwigira mukuru ngo ngeze aho sogokuru wanje yagejeje, ariko ukuri kudashingiye kumyaka yanje nuko nobabwira ko ivy’isi atawovyiratana.```

```Ati:«Narabonye nyen'amazu ahinduka umupangayi imbere yo gupfa kwiwe.```

```Narabonye uwagendera mu modoka nziza ya Benz-Mercedes anyonga ikinga ngo aronke ico gufungura.```

```Narabonye umunyeshuri atwara ikigo c’ishure yizeko kandi abakimwigishirijemwo bose bakihigisha nubundi.```

```Narabonye umusore aresha bakamwanka yagira aho yigeza heza muvyubu*ima, uwamwanse akamusaba kumuharika. »```

```Yongera ati:
« Intwari ihinduka umucakara.
Umukonvayeri agurira imodoka uwo yahora akorera.
Uwatse ingurane muri bank agakoresha uwayimuhaye.»```

```Mu bu*ima rero ntawu*i ico ejo hamubikiye.```

```Bityo rero ntukizere cane ubu*ima ngo wiyite igitangaza.```

```Ntuzokwibagirwe ko udategerezwa gucira abantu imanza utaramenya inkuru yabo yose, kuko n’igiceri kigira impande zibiri zitandukanye.```

```Nuko rero girira mugenzi wawe nk'uko wokwigirira; mukundane, mufashanye.```

```Mugire ineza, mureke kwigira abanyabwenge kubwanyu; kuko tutazi ico ejo hatu*iganirije.```

```Ubu*ima ni gatebe gatoki kandi twahishijwe ivy'ejo; rero buraca bugacana ayandi.```

```Rero,ca bugufi``` .
```Aka kantu kotwigisha ```🙏
🧠🧠🧠🧠🧠🧠

15/07/2023

The lesson🧠🧠

11/07/2023

💔💔😞 Ryari uzogaruka😥 --02.06.023--

24/06/2023

Umugabo w'imyaka 75 yajyanywe kwa muganga muri urgence kuri yamashini ifasha guhumeka ayimaraho amasaha 24. Nyuma yumwanya muto yumvaga ameze neza Dogiteri amwereka fagitire iriho amafaranga arenga 1 500 000, umugabo arebye amafaranga agomba kwishyura atangira kurira. Dogiteri amusaba kureka kurira kubera fagitire. Ariko umugabo yamusubije ko atari kurizwa namafaranga bamuciye avuga ko yabasha kuyishyura yose gusa avuga ko ari kurizwa nuko mumasaha 24 yonyine yahumetse umwuka bamuhaye asabwa kwishyura 1 500 000 yose mugihe yabayeho imyaka 75 yose ahumeka kubuntu umwuka Wimana. Abaza Dogiteri ati: " Waba u*i amafaranga nagakwiye kwishyura Imana?"
Dogiteri yubika umutwe atangira kurira.

Tuma abatuye isi babitekerezaho.

Noneho wowe uri gusoma iyi messaga (ubu butumwa) uri guhumeka kubuntu umwuka Wimana kuva imyaka umaze ntakigu*i. Wafata amasegonda 2 yonyine kumwanya ufite ugasangiza iyi message muma groups 5 kugira ngo ufashe ama millioni yabantu gusenga banashimira Imana kuri byinshi idukorera kubuntu mubu*ima bwacu.

26/05/2023

🔴 Umusirikare Belyse Tuyizere yaraye yishwe akerewe !

Inkuru yazindukiye mu Kamenge ni urupfu rubabaje rw'umusirikare Belyse Tuyizere (matricule 88748). Ejo haheze, Belyse Tuyizere yari yagoribezanije na mugenziwe, uwundi musirikare yitwa Raymond Ndayikeze (matricule 86207), basangira agacupa kw'ihoteri Amigo Juste iri muri Quartier Gikizi ya zone Kamenge mu buraruko bw'igisagara ca Bujumbura. Abo basirikare babiri bari basanzwe bakora mw'ikambi ijejwe gucungera inzego BSPI.

Ijoro rigeze, Belyse na Raymond basavye icumpa bararamwo. Uyu musi mu gatondo ka kare niho abakozi b'iyo hoteri babona Raymond Ndayikeze asohotse icumba yiruka, bamujako baramufata. Bagiye kuraba mu camba basanga yari ahejeje gukerera Belyse Tuyizere. Muri kino gitondo hazindutse abasirikare batari bake kuri iyo hoteri. Raymond Ndayikeze yahagaritswe, n'imbugita yakoresheje mu kwica Belyse Tuyizere yagiye ijanywe n'abapolisi.

Biragoye kumenya ico Raymond yahoye Belyse kiretse ko yoba avuga ko yamuriye amafaranga menshi amubesha ngo bazobana. Bose bari bakiri bato : Belyse yishwe afise imyaka 23, Raymond nawe agiye mu munyororo ku myaka 27.

🔴 Rwaruka, niwakunda umuntu akaguheba, urashimira Imana izoba ikurinze gutwara uwutari rwawe. Hako aguhebera mu rugo, yoguheba kare. Ntucike umutima ngo baraguhevye kuko uwawe ariho, uzomubona kandi azokwibagiza umwe atari rwawe vy'ukuri.

05/05/2023

KAMIRIGADO K.S.N.B🇧🇮

03/05/2023

Oya nukuri ibaze uguye kunoti imeze nk'uku inangana uku vrema yahiye igatokombera🤒 na bwa bu*ima bubi bw'ama deni akurembeje ukuraho wibereyemwo warakubiswe vya danger!!

29/04/2023

You will know the value of your loved one when they are no longer alive. Keep telling a person how good he is when will be back in life💔🇧🇮

21/04/2023

Tega yompi président w'urwanda

17/04/2023

Ntandero ugira by B face on the flow

16/04/2023

Get ready to this man guyz

Umuhungu w'imatongo nawe ati ntivyoherera ngaho

Araje na New song yise
AMEREKEZO NI KWA
Ngo naho wokora isuku rimeze gute ngoo.............🤣🤣🤣🤣🤣🤣

13/04/2023

Congratulations to you sat b🇧🇮

fifikeyprofidel - YouTube 13/04/2023

📌Ninagura ikinga🚲 nzokwibutsa ibirenge👣 ko kumudugo bizama vyigendera.

📌Ninagura 🏍️ nzokwibutsa ubwenge ko imvura⛈️🌧️ ikuvye ntugamye nzonyagirwa .

📌Nguze 🚗 nawo nzokwibuka ko nzoshobora kuburara ndayifise.

📌Nguze ✈️ nzokwibutsa ubwonko bwanje ko mpfuye nzoshingurwa mwivu kw'isi.

📌Ninaronka 💸💵💸💸 nzibuka ko Ahera
Kandi atagura

🧠Mindset 🌍
👇👇👇👇👇👇👇👇👇

fifikeyprofidel - YouTube Informaticien

08/04/2023

Love by Rally Joe New song

07/04/2023

👩‍⚕️Umugore ati chéri ndagukuuunda, ariko ikibazo kihari nuko ukenye!!!
🤵 ati nanje iyonza kuba ntakenye sinari gutwara wewe🥺 nari gutwara miss.

Musomyi muhire akagakuru ka ildephonse harico kagusigiye? , kakwigishije?

: NTUGASUZUGURE UMUNTU UKWARI KWOSE MOTIF NGO ARAKENYE 😰 KUKO NTA CONTRAT BAFITANIYE N'UBUKENE

PLZ

03/04/2023

IMANA NIYO BUHUNGIRO N'INKOMEZI ZACU📖
https://www.facebook.com/fifikey?mibextid=ZbWKwL

Photos from Fidèl Biko's post 26/03/2023

🔴 KING Sat-B arakunzwe cane muri . Habonetse umwe mu bafana biwe yashimye kwemanga urukundo amufitiye mu gushira isanamu n’izina ryiwe kuri .

Akajambo kamwe kuri Satura !!!

🇧🇮

25/03/2023

Your man by Drama-T

Want your business to be the top-listed Media Company in Bujumbura?
Click here to claim your Sponsored Listing.

Videos (show all)

Kumushaha by B face on the flow
🎼🎵🎶🎤🎧
The lesson🧠🧠
Tega yompi #Paul #Kagame président w'urwanda
Love by Rally Joe New song
👩‍⚕️Umugore ati chéri ndagukuuunda, ariko ikibazo kihari nuko ukenye!!!🤵 #Umugabo ati nanje iyonza kuba ntakenye sinari ...
Your man by Drama-T
IYAMEZE AMENYO IRAKUMIZE #RIP SAIDI BRAZZA🇧🇮💔🕊️🕊️
Cover Itamporize by Drama T  (#Joell_Houghton)
MUGANI DESIRE SAY'S🇧🇮
🧠🧠🧠

Category

Telephone

Website

Address


Bujumbura
Other Digital creator in Bujumbura (show all)
Dubaï to Burundi Transfer Dubaï to Burundi Transfer
Bujumbura

Gaming, animation, 3D environment let's talk about it

El negros official El negros official
Bujumbura

un jeune créateur

Käwn Josp Käwn Josp
5 Ième Avenue
Bujumbura, 6779

Watch Vibe Watch Vibe
Burundi Bujumbura
Bujumbura

Athelete

Elgarou.Officeil Elgarou.Officeil
12
Bujumbura

La bonne musique

Rox Gold Rox Gold
Bujumbura

open eyes

Xavier skyz Xavier skyz
Buja
Bujumbura

Stone Jip love Stone Jip love
Kanyosha
Bujumbura

We4Unite We4Unite
Bujumbura

Vedio Creator to promote peace and different vlogs on occasions.

Ikigura Media Ikigura Media
Avenue Du Gouvernement N°20
Bujumbura

Une agence de production audiovisuelle

Menya ivyo utaru*i kuri technology Menya ivyo utaru*i kuri technology
Bujumbura

Ishure ryikoranabuhanga

ELON ABEL ELON ABEL
Kamenge 15 Avenue No 10
Bujumbura

Créateur de video