All story update news

Media

24/11/2023

Indoto yonyene urota ukikangura usanga yamaze kuba

25/07/2023

Umuntu ntaco arico uretse ico yibwira kuba arico
Urupfu ntirwobaho iyo atabuzima buhari

23/07/2023

°Burya kunezerwa gutwenga birimubintu bituma umuntu abaho mumahoro ukanaramba ariko abantu Bo turagoye uja wumva ngo ninshinyirabusa😂😂🤣🤣...... Ariko MANA

21/07/2023

Navutse ntabisavye🤷‍♂️Ariko nzopfa ntabishaka🤦‍♂️😱

15/07/2023

niki ubundi?
Umuntu mubinyabizima bihari nico kiremwa cikinyantegenke gisumba hafi ya vyose

ntakomeye nki dubu,
sinamuremure nkumu sumbarembo,
ntiyihuta nkingeregere,
ntaguruka nkinyoni,
ntaramba nkakanyamasyo,
ntafise ubwenge nkazafi bita bleuweyz,
ntafise ubwonko bwibuka nkinzovu.....

None niki??

15/07/2023

Burya kwigirira icizere Biratera umuntu inguvu muvyo ashaka ,
reka turabire hamwe kimwe muvyaranze igisirikara cabaromani n'icizere baribifitiye nico twobigirako

Harya mubaroma bakera cane ngo nta kintu carikiryoshe nkogutahukana intsinzi mugihugu cabo,
Bagiye gutera ikindi gihugu bagenda bitwaje amato yabo nabasirikare ndetse nababuramatari mumajambo make bagenda batwaye inzego, bageze kunkombe yikiyaga cigihugu Bagiye gutera bagafata ubwato bagiriyemwo bagaturira kuko bari bazi ko ari mbayambaya ivyo gusubirinyuma ntivyabamwo pas de retour ntagufyina,
Baja gutera bazi ko batsinzwe barwayo canke batsinda bagatwara akogace bateye canke Igihugu bateye
Bamaze kurangiza urugamba bashaka ubundi bwato bakaja gutanga rapport muba Roma maze baga shimira umu général yarayoboye iyo batayo yigisirikare maze bakishima.

Burya iyo tuvuze kwigirira n'ikintu umenga kiroroshe ariko iyo ugikoreyeko kirakomeye cane, kwigirira icizere bituma icutaruzi wumva wogikora kugira utazomaramara kuko ukunda kwumva wokwiyizera mubintu,
Iyo wize kwigirira icizere ugira ukurinda muvyukora neza ivyurimwo urabimenya kandi wiyizeye cane
Iyo winjiye mubintu ntakugaruka wapi ntagukiriza amaboko ni mpaka umwuka ushize nkumu roman.

14/07/2023

Ikibombe catewe na m' UBUYAPANI bafatiye kuvyo babonye n' Uburemere vyaco bavuga ko capima itoni hagati yitoni 1 50 na toni 2200 gusa.

Ariko Ubu Ikibombe giteye Ubwoba cane ari naco ikunze gukangisha abagize Isi bakajugumira ,kinatuma Igihugu c' UBURUSIYA kiba igihangange itinywa ifise ikibombe citwa kikaba gisumvya icayewe NAGASAKI na HIROSHIMA incuro 2000.
Kikaba gipima Megatone 50 ni nk' amatone ibihumbi 50. ( 50.000 tonnes ).
Bisigura ko gitewe gishobora gufuta Intara yose ya yo muri AMERIKA canke kigafuta Igihugu coseee.

👉 Kuvyerekeye ivya Kirimbuzi irabika ibanga ryavyo biragoye kugira umenye nguvu z' Ibisasu gisfise ubu.
Kuko ni catewe m' UBUYAPANI bafatira kuvyo babonye cakoze n'Ikibanza bw' Ubwaguke catwaye.

Ariko bivurwa ko SATAN_2 y ' UBURUSIYA ishobora kuba isumvya Inguvu n' Ubukana igisasu ca Kirimbuzi incuro 100 ., Ikindi nuko Ubu AMERIKA iriko irakora ibindi kuko yisanze yarasizwe muruyo mugambii.
ISI yabaye iyibibombe gusa

14/07/2023

Ibintu vyakomeye kurinoncuro waribwazirikane ibibintu

Ibintu bibiri nimba vyarakunaniye kumenya umuntu kwirikirana iyi vidéo witonze

14/07/2023

Ibintu bigeze kuyindi ntambuko... ..
..
Iyindi Pwemu idasanzwee
Nyen' Icubahiro ageze mu Rwaruka nawe acika Urwarukaa.

13/07/2023

IMANA itarakwiyereka uyivuga ukushaka,.. .. .. .. .. ..
uburyohe bwayo ubwumva bivanye nuburemere bwikintu yagukoreye ibuka kimwe muvyo yagukoreye uheze uvuge uti asante

13/07/2023

Pasteur Théogene.... INZAHARE ati:.........,..... .... ... ..
Kubaho neza nukwiyakira mubuzima urimwo kuko vyanse bikunze ufise uwuruta♾️

11/07/2023

Kuberiki dupfa? Ese ubundi niki cazanye urupfu?
Numugabo yazanye urupfu cnke numugore?.. .. . .. ..
mbere nambere isi ikiremwa yaremye umugabo nyuma ijakurema umugore ivyakurikiye kugira ivyurupfu vyivangemwo niba warasomye ni nyanduruko yarwo cnke ?

11/07/2023

Nimba Ushaka kurya igikoba, ja inama n' umuhogo. uzokimira mumutekano udasanzwe 🤣🤣

10/07/2023

Umuntu uramuhatiriza kukwubaha atanikintu urinze gukora kindi uretse uko witwara wewe nyene kandi nogusuzugurwa nimyitwarire yawe mubantu.
Rimwe mumategeko yokugenderako yanditswe numwanditsi yanditse avugati:

°koresha techniques zokwiburisha kugira abantu ntibakumenyere ahubwo bakwubahe.
Uko uguma uboneka ahantu bituma agaciro warufite kagabanuka kandi ntamuntu ukumbura ico yama abona.

kanda like twirabire ibikurikira

10/07/2023

ati:

Sanzaza urukundo buri hamwe kandi ntuze wemere ko uwaje akugana ataha atanezerewe nawe.

10/07/2023

Ikibi kiri muguhangana no kwigereranya nabandi nuko inguvu ukoresha uzihomba kuruta izowokoresha mukwishakamwo ubushobozi bwimpano Imana yakuremanye

Reka dukore ibindi nyuma
twimanukira kuka and

09/07/2023

Nimba Ushaka kubaho wishimye haringingo nkeya zishobora kuryohereza ubuzima kubwibishingantahe twumva mubantu

° kuba umuntu ashima canke kwibuka ineza wagiriwe

Kwibagira gushima birimubituma imyaku idukurikira twige gushima bagenzi uze wibuka uwagize icagukorera

° kwigereranya ( comparaison )
Kubaho wigereranya bizokuvuna kuko ntamuntu usumba bose
Ushaka kumenya ineza nubuntu Imana yakugiriye ntuzubirabire kubagusumvya niveau y'ubuzima uzubirabire kuribamwe usumvya niveau y'ubuzima uzobona ineza wewe yakugiriye hama witekanire.
Buko Uri nyene.

° ishari kumuntu numwe canke kukintu nakimwe

Ishari burya baryita murumuna wuburozi

° wirinde kuvuga umuntu nabi
Uze umenye umuntu nabi bitewe ninabi yagukoreye wirinde kumuvuga mubantu bituma abantu bakumenya nabi kurusha nyene kuvugwa.

° kubaho mubinyoma
Übe uwuri uwugukunda agukunde uwukwanka akwanke

° wirinde kubeshabesha
Iyo bimenyekanye yuko ubesha icizere ugitakaza mubantu, ntiwiyibagize ko Imana iri mubantu utakaje abantu ubutaye vyose.

° nivyo ufise
Ntakintu nakimwe coza kimara inyota cnke inzara yivyisi
Ivyudafise ubunyene ntanakimwe wokora kugira ubibone banza ubumbwe nivyufise uyumusi uyu.
Nimba utabumbwa nukurimugufi wokoriki ngube muremure
Nimba utabumbwa nukuri uwuri wohinduriki ubunyene ngube uwowundi Ushaka kuba??? Ntiwibagire kugira Like ..............................
wishimye
Musomyi following our page

08/07/2023

Hari ibintu
birambabaza cane,reka tubirabire hamwe namwe murabe ako :

-kubera iki iy' afise
urubanza bose bikokora
bakamuterera menshi ariko
yabaterereza atacafise
bakamuha make canke ntibamuhe
kandi ariwe yarayakeneye
kurusha ?

-kuberiki umuntu .000 y'a consultation uyabura
ariko .000 y'ishurwe yapfuye?

-kubera iki umuntu .000 yo kwivuza umuryango
ukayabura ariko .000 canke
1.000.000 yo kumuhamba?

-kubera iki canke 1h yo
gusuhuza umuntu agwaye soit
disant kubera akazi kenshi ariko
utabura umusi wose ou 2jrs vya
yiwe?

-kubera iki bitunanira
msg umuntu tumubonye online
ariko apfuye twihuta kwandika
R.I.P en maximajiscule
accompagné na msg
y'ibigumbagumba vyinshi no
kumushira kuri profil ya WhatsApp
na facebook utonagira like kw'ifoto yiwe
apostinze?

-Ni bangahe bamenye yaho abo bigana,bakorana mm
n'iyincuti zabo baba aruko hagize
uwobabura (yapfuye)..?

-Ni bangahe bifuza ko
bokwongera kubona uwiwabo
yapfuye vyibura iminota 5 juste pr
lui dire ijambo ryiza canke amuhe
akantu keza..akiriho wamumajije
iki? Wamuvugisha gte?wamuhayiki?

-Ni kangahe uvuga ama
y'umuntu aruko apfuye akiriho
wirirwa uramucafuza?

Mpeza,novuga Imana itubabarire
kuko , dukunda abapfu
kurusha abazima,twitaho umuntu
agiye..
Tubabazwa nuko umuntu agiye
tutigeze tunezerezwa nukubaho
kwiwee..
Abagiye ntibazogaruka, hindukira
urabe uwakiriho iruhande yawe
umugirire neza agishobora
kubibona akabinezererwa...

Namba wemeranije nanje andika muri Commentaires ngo Imana itubabarire,unagire paratages ubisangize n'abandi .

08/07/2023

Aka ka melange mukabona gt

Photo yumusi

10/06/2023

Quelle genre de question a-t-il

Photos from Kendrascott Jewelry store's post 10/06/2023

⚽ Manchester city iti vyanka vyakunda uyumwaka🏆nirwacu
Inter de Milan iti Abo turabarusha ubirambe bwiri higanwa
Uraha amahigwe uyuhe mugwi?

Mwibuke kugira kuri page

03/06/2023

Gira icuvuze kuriyi photo yumusi

All story update news

26/05/2023

3
Dukomereze aho twari tugeze hehe? ndabibutsa gukora kuriyi page yanje ariyo rwawe turipfuza kuyiteza imbere igakurikirwa nabenshi

Twasize ibintu bimeze uku nimba warasomye partie zatambutse

🌑 Nguku uko nisanze munyenga wayanzira nziza nahitamwo …

Dukomeze ⚡⚡⚡⚡⚡⚡⚡⚡⚡

🛌 Navyutse mugitondo uko vyama kuko narazinduka ngombashe gutegurira umuryango wanje nakorera akazi komuhira ivyo bafungur mugatondo ndabitunganya neza kuko nabikorana umutima mwiza

Amasah yarageze ntwara abana kwishure, nkwibutseko mubo natwara kwishure hariho mukuru wabo we yaraciy ubwenge kandi ubonako akuze nubwo aribwabuzima bwaha mubisagara bakura bavumbuka.

Ariko uwo mukuru wabo yaranyerekako ivyonkora bimushimisha kandi bigashimisha numuryango wose

🕒Ivyacu ntibitinda bwarije nkuko bisanzwe boss wanje yari yabicishijemwo mumasaha yakare koharico ashak kumbwira. Twarahejeje gufungura nuko tuja mubuganiriro murahazi harya mumasalon iwanyu.

Boss wanje aratanguza ikiyago catanguriwe nugusenga gihezwa namasengesho cagira giti:
Bane banje ndabona bamwe muri mwebwe ntimwatahuye impamvu uyumusi twasangiye kwisahani imwe nuwo mwitwa umikozi
Nagira mbereke ko uyu mutazi neza icamaze mubuzima bwabantu benshi bagize uru rogo nagira mbereke icamaze
Uyu mubona tumukesha vyinshi niwe afise ubuzima bwacu muntoki musohok muja kumashure iki kizu kinini mubon nkuku akagisigaramwo wenyene kandi ntanaho vyanditseko tugiye dufise kugaruka

Reo bana banje niyompamvu uyu mufata nkuko namwe ndabafata uyumusi nari nipfuza kumuhindurira akazi ariko uyundi nozana nsinizerak yombera umwana mwiza nkuyu murimake ndamukunda nico nashak kubamenyesha ndanamuhe umushahara ukwiye .

👥 Abana ba boss wanje baje biruka kunyambira bugingo papa wabo yaramaze kugaragaza uko anyiyumvira buranyambira birakomera nanje umujezero wari wose sinibazako arijew wawundi yararana amarira akirirwana amarira

🕴Umukobwa mukuru wa boss nawe yavuye hasi araza ansanga niko kunyambira cane bugingo anyambiriye yambwiye ijambo ryandaye mumutwe kuburyo nibazako ndumusazi nabuze itiro mbira intuguta ndajugumira kuburyo mutabasha kubitahura.
Yambwiye ijambo ritari rinyoroheye
Amazina yiwe yitwa Fiona

💃 Yaragize ati: …………………..
Mama weeee wasomye nyishi iyi yoyo nagahebuza bana nanje ubashe kwisomera inkuru nyigisho kuri

25/05/2023

😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
All story update news

25/05/2023

🔘Mumateka niwe mukinyi abashe kwicara mukibaza citeka nkiki. VVinicius JrJVinicius JrRReal Madrid C.F.MReal Madrid C.F.CReal Madrid C.F.Real Madrid C.F.
Legend

24/05/2023

Igitsina gore gusa :
Dore ivyiza vyo kurarana isutiye canke agafata amabere

N’ubwo benshi batabikunda ariko n’ubundi bifatwa nk’ibifite inyungu ndetse n’ingaruka k’umubiri nkuko tugiye kubirebera hamwe muri iyi nkuru.
Ikinyamakuru cya Healthline kigaragaza ko kurarana isubite cyangwa agafata amabere ku bagore n’abakobwa bigira ingaruka zitandukanye zirimo; Kanseri y’amabere , gutuma amabere yawe adakura neza ndetse n’ibizwi nka ‘Breas Sagging’.
N’ubwo byavuzwe gutyo ariko ntakimenyetso na kimwe kigaragara cyemeza ko ibi ari ukuri 100%nkuko OperaNews ibitangaza.

20/05/2023

Umugwi wa BUMAMURU uhejeje gutahukana igikombe ca primus League

Photos from Kendrascott Jewelry store's post 17/05/2023

⚽Uraha amahigwe uyuhe mugwi hagati ya Real Madrid na Manchester city ??
Duhurire muri commentaires

16/05/2023
16/05/2023

news

Intare batinza zamaze kwishikira ima 🛬 Manchester
All story update news

15/05/2023

💓💓💓💓💓💓💓💓
🌑Dukomeze itariki yambere yukwezi kwumunani 1/8 niho nafata umwanzuro wukuva mwubu buzima ariko bitavuzeko narimpfuye oyaaaa ahubwo narimpinduye imibereho bitavuzeko narimpevye gusenga yamasengesho yanje yuzuye amaganya.

Naraho nizerako Imigambi y'Imana arimyiza kuri jewe nkuko navyizera ninako nizerako Imana itanga muburyo butandukanye
Muruko kwizera niho nakuye agatike kankura mucaro kanjana mumuji ariko ndazi benshi muri twebwe ntimuza kuntahura uburyo naronsemwo ako gatike.

🌑 Nguku uko naronse akako gatike reo banyakuntunga hari kumusi wimana nasigaye muhira nkuko vyahora ariko abaraho bose baritegura baja gusenga
Mama mudogo wanyanka kurugero ntashobora kuvuga ntamusi numwe nakabaho yari bwigere yibagira gufunga icumba yararamwo uwomusi yaravyibagiye

Nanje nagiy munzu bisanzwe sanga yibagiye kwugara ninjiye mucumba nsanga yibagiriyeho agasakose yatwaramwo amahera karimwo amahera angana 40 mille nakuyemwo 20mill ncandagenda ntacambagwa natwaye kuko ntaco nagira

🌑Nsingiye inyuma yamasaha make nisanze Ahobita kuri cotebu Ibujumbura ico gisagara cawe ntazi ntawantumyeko ntawe tuzinanye mpitamwo kwibera umwana womwibara bara umusi wambere urahera nuyundi uraza urahera ndabibamwo

🌑Nyuma yimisi mike nagiye nisanga munzira imwe mwazazindi zirenga igihumbi z'Imana ndonka umvyeyi anyemererako mubera umukozi womurugo.

Ntubonako nisanze nurupangu gwiza akazi nagakorany umutima mwiza kuko narinzi ico nshaka naho navuye naho nipfuza kugera narakoze neza boss wanje nawe turahuza cane kuko yabonako ndumwana mwiza peee

🌑Boss wanj yarafise abana natondana kwishure mugatondo misi yose ariko hakaba uyundi umwe we yarakuze pe twari murunganwe rumwe yarashobora kwijana akigarukana.

Utwana twa boss twarankund kuko mugihe naba nahembwe naratugurira ama shokora tuhagimbagwa kuko nanje nakuze numva nshaka kugira basi umuntu dushobora kuba duhuza nimuriyomva yatuma numv nkunda abana ba boss nkabavukanyi banje

Boss wanje ntiyiyumvisha umugisha yagize kuba yararonse umukozi nkanje ariko nanje namuberey mwiza kuko nawe yamfata neza yaratandukanye nababakoresh baziko umukozi ari nyagufa

🌑 Nguku uko nisanze munyenga wayanzira nziza nahitamwo …

Mama weeeeeee wasomye inkuru nyinshi iyi yoyo ije itavyorosha
Ubwo arijewe ndayifashemwo ikaba ica kuri page nziza yizewe
Urazagusobanukirwa ijambo rimwe kurindi
Icusabwa nugukora abbonne kugira page iterimbere na suivie kubatarayikora
Iki cari igice kigira kabiri(2) cinkuru yacu
Kora
Dukwize 4k

Photos from Kendrascott Jewelry store's post 14/05/2023

Umugwi wa musongati uhejeje kwirahira umugwi wa le messager ngozi mugikombe c'umukuru w'igihugu

Urukino iminota 90 yarangiye ari ubusa kubundi Aho baciye bifashisha za pénalty Aho umugwi wa musongati washoboye kwinjiza3-2 za le messager ngozi
Iyontsinzi ibahaye uburenganzira bwokwitabira igice cakabiri gishira icanyuma Aho umugwi wa musongati uzoca uhura n'umugwi wa bumamuru kurundi ruhande vitalo izokwambikan na Aigle noir

Muri rwarukundo nyene mubandanye kugira suivre kuri page yacu bishasha birinyuma

Photos from Kendrascott Jewelry store's post 10/05/2023
09/05/2023

Manchester city iti natwe twatonze kumunota wa 67' Real Madrid 1-1manchester city

Photos from Kendrascott Jewelry store's post 09/05/2023

▶Real madrid 0- 0 Man city
Uyirabiye hehe wewe
Duhurire comments

Photos from Kendrascott Jewelry store's post 09/05/2023

news
Biheje kumenyekana ko umukinyi Sergio Bousquets kwazohagarika gukinira umugwi wa FC Barcelona mumpera yino saison

Nkumukunzi wa FC Barcelona iyi ngingo uyakiriye gute??

Photos from Kendrascott Jewelry store's post 09/05/2023

Ngo nubwo biruko umukinyi Lionel messie naho umugwi wa Al Hilal wo mugihugu ca Arabie Saoudite umwipfuza
Ngo nubwo bokwemera kumuhemba amafaranga ari hejuru ya mukeba wiwe Christiano Ronaldo
Ngo kubwiwe yipfuza kurangiriza ivyo gukina umupira w'amaguru mumugwi wamureze ariwo FC Barcelone

09/05/2023

Haza guca uwambaye hagati ya Real Madrid na Manchester city

Kubwanje Real Madrid ndayiha 55% Manchester city 45% ubibona gute nawe

Duhurire muri commentaire mwibuke no kugira suivre kuri page yacu

Photos from Kendrascott Jewelry store's post 09/05/2023

▶Mama weeeeeee
💫wasomye nyishi izi zo ntizigusiga
"Imana" ibarinde

Want your business to be the top-listed Media Company in Bujumbura?
Click here to claim your Sponsored Listing.

Category

Telephone

Website

Address

Bujumbura

Opening Hours

Monday 08:00 - 20:00
Tuesday 08:00 - 20:00
Wednesday 08:00 - 20:00
Thursday 09:00 - 17:00
Friday 09:00 - 20:00
Saturday 08:00 - 20:00
Other Digital creator in Bujumbura (show all)
Dubaï to Burundi Transfer Dubaï to Burundi Transfer
Bujumbura

Gaming, animation, 3D environment let's talk about it

El negros official El negros official
Bujumbura

un jeune créateur

Käwn Josp Käwn Josp
5 Ième Avenue
Bujumbura, 6779

Watch Vibe Watch Vibe
Burundi Bujumbura
Bujumbura

Athelete

Elgarou.Officeil Elgarou.Officeil
12
Bujumbura

La bonne musique

Rox Gold Rox Gold
Bujumbura

open eyes

Xavier skyz Xavier skyz
Buja
Bujumbura

Stone Jip love Stone Jip love
Kanyosha
Bujumbura

We4Unite We4Unite
Bujumbura

Vedio Creator to promote peace and different vlogs on occasions.

Ikigura Media Ikigura Media
Avenue Du Gouvernement N°20
Bujumbura

Une agence de production audiovisuelle

Menya ivyo utaruzi kuri technology Menya ivyo utaruzi kuri technology
Bujumbura

Ishure ryikoranabuhanga

Fidèl Biko Fidèl Biko
Bujumbura

Never give up �