Allas Pics
-------------Vous êtes notre priorité ------------
Photographie d'événement
Séance photo
Conférence, etc...
Nous rêvons plus, mais nous accomplissons peu
📸 : Allas Pics
pour plus d'infos : +25768727402 (tsapp)
C'est juste le début
Allas Pics
Link Hubert
-------------- Allas -------------
Le 06 novembre, nous avons une séance de photos gratuite pour tout le monde
🚨🚨 avec 😉💚
🌏Abarenga 50 biciwe aho bari bapfungiwe muri 😞
🚨🚨Ukraine yasabye ko umuryango w'abibumbye (ONU/UN) n'umuryango utabara imbabare, Croix-Rouge, bemererwa gukora iperereza ku mpfu z'imfungwa zirenga 50 z'intambara z'Abanya-Ukraine, mu gitero mu gace kigaruriwe.
Croix-Rouge yavuze ko irimo gusaba kugera kuri iyo gereza kugira ngo ifashe mu guhungisha no kuvura abakomeretse.
Ukraine n'Uburusiya buri gihugu cyashinje ikindi kugaba igitero kuri iyo nkambi bari bafungiwemo.
Videwo y'Uburusiya itagenzuwe ya nyuma y'icyo gitero igaragaza ikirundo cy'ibitanda bigerekeranywa byasenyutse hamwe n'imirambo yabaye amakara.
Biracyari urujijo kumenya bya nyabyo icyabaye muri iyo nkambi y'imfungwa y'i Olenivka, igenzurwa n'abaharanira ubwigenge bashyigikiwe n'Uburusiya bo mu yiyise Repubulika ya Rubanda ya Donetsk.
🚨🚨Turekanye na bimwe vyo kwigirisha iyi ndirimbo ya ni indirimbo imeze neza👌
Ni indirimbo yasohokanye n'amashusho kandi ameze neza cane👏
Yirave uciye hano👇
https://youtu.be/ERo2FfqcB4g
🚨🚨 n'umukunzi wiwe 💚
🚨🚨Muri Umugore umwe yahisemwo kwibanira n'abagabo babiri kandi avuga ko atakibazo biteye haba kuri we canke kuri abo bagabo🤗
Mbega ngaha iwacu ivyo vyokwihanganira bangahe?🤔
🚨🔥 Mur'uyu mwanya muri zone ya Mugisagara ca hari umuriro wiyadukije kw'ibarabara ry'icenda (9) neza na neza kunimero 20. Icateye uwo muriro n'ivyoba vyahononekariye bikaba bitaramenyekana kugeza uyu mwanya.
🚨🚨Amajambo agiye kugabanuka kuri bamwe bamwe🤗
et son petit frère 👏
🚨🚨Umuririmvyi yamaze gutahuka avuye i Kigali mugihugu c' 🇷🇼👏
🚨🚨Umuririmvyi ahejeje gufata rutemikirere agana i Zanzibar aho yagiye mubijanye nakazi kiwe ka misi yose ko kuririmba👏
Uyu musore akaba yamenyesheje ko ivyamwa vy'ururugendo bizoboneka vuba🤗
🚨🚨Icegera ca kabiri ca Miss Burundi nawe yari yitabiriye ibiroro vyo kugurura ikibuga .👏
🚨🚨Aya ni amwe mu mashusho yaranze ibiroro vyo kugurura icese ikibuga citiriwe kiri muntara ya 👏
Ivyo birori bikaba vyari vyitabiriwe n'abanyecubahiro benshi ndetse bikaba vyatewe iteka na Sebarundi.
Muri ivyo birori nyene habaye urukino rwahuje umurwi wa _Noir hamwe n'umurwi wa uva mugihugu cubuganda aho rwarangiye kuntsinzi y'ibitsindo bine vy'umurwi wa KCCA kubusa bwa Aigle Noir.
🙏Gira kuri iyi Page ugume wironkera amakuru atandukanye
🚨🚨Babasore berekeza i aho bagiye kuhakorera igiteramo uyumusi👏
🚨🔴Kur'uyu wa gatanu Umukuru w'igihugu c'Uburundi🇧🇮 Evariste ,yaramutse agendera Intara ya aho ariko aratanga Inyigisho zo gukunda no kuzirikana igihugu kundongozi,imvukira,abanyamadini hamwe n'abanyeporitike.
🚨🚨Indirimbo y'umuririmvyi iriko irarabwa cane kuri Youtube inyuma y'umusi umwe gusa isohotse imaze kurabwa n'abarenga ibihumbi mirongo ibiri👏
Yirabe uciye hani👇
👉 https://youtu.be/NWKMIci5-C4
🚨😭 Umupfakazi afise imyaka irenga 80 yarahiriye mu nzu yiwe kuri uyu wa 14/06/2022 isaha 12 zo ku mugoroba
👉🏾 Ababanyi biwe ku mutumba wa Gatare - Canzikiro muri komine mu ntara ya bavugako icateye uwo muriro kitaramenyekana
🤦🏾♂️ Bagiye gutabara basanga ataco bakirokora vyose vyatokombeye umutamakazi yamaze gupfa
🧐 Amatohoza akaba yatanguye kugirango bamenye intandaro y'iryo sanganya nkuko vyemezwa n'abajejwe intwaro
Isoko:JimbereMagazine
🚨🙅Igiporisi c' kiramenyesha ibikoresho vy'Intsinga zitari nke zitandukanye ko zafashwe ku munsi w'ejo wa mbere igenekerezo rya 13 ruheshi 2022 nk'igihe c'isaha 6 n'iminota 10 zo ku mutaga muri quartier ya muri komine n'intara ya Ngozi.Uwafatanywe iryo tonga akaba ariko arabazwa n'Igiporisi aho yabikuye.
Mwibaza ko ibi bikoresho vya Regideso bimaze iminsi bifatwa ko vyoba vyavuye he?
🚨🚨Ingabire y'imiriyoni 10 y'amanyaburaya(10.000.000€), Niyo igihugu c'ubufaransa gihejeje kwemerera reta y'Uburundi.Ivyo buhejeje gushikirizwa n'umuserukizi w'ubufaransa mu 🇧🇮 Jérémie Blin mu mubonano ahejeje kuronswa na nyenicubahiro Umukuru w'igihugu c'Uburundi Varisito Ndayishimiye kwa ntare.
Iyo ngabire rero ikazokoreshwa mubisata vy'amagara y'abantu hamwe n'indero.
🚨🚨Uyumusi haraza guca uwambaye hagati y'igihugu c' hamwe n'igihigu c' 👏
⚽Tigira ukoresheje : maze wironkere bonus ya 200%
🚨🚨Ni numufasha wiwe 💚
🚨🚨Kuri babandi bakunda kunyinyurana n'umuzungu ngiyi group ya ibahuza ikabereka na ushobora gukoresha👏
Injira uciye hano👇
https://chat.whatsapp.com/EkXW5AqXmuC0MErb28f7mx
🚨🚨Rumonge: Umugambwe CNL umenyesha ko waraye wakiriye abanywanyi bashasha bavuye mu mugambwe uri ku butegetsi. Yamara uwo mugambwe ntiwatangaje igitigiri c'abakiriwe.
✍️Iryo yakirwa rikaba ryabereye mu birori vyo kwigina imyaka 3 iheze umugambwe CNL ushinzwe.
Umushingamateka Agathon Rwasa yateye iteka ivyo birori akaba yaratekereye impanuro abayoboke b'uwo mugambwe.
Source:Nyaburunga Post
🙏Gira kuri iyi Page ugume wironkera amakuru atandukanye
🚨🚨RDC:Bongeye kwagiriza gukorana na mubitero vyabaye kuri uyu w'Imana🤔
Igisirikare ca Repubulika ya demokarasi ya Kongo congeye kwagiriza u Rwanda ko rwashigikiye umuhari w’abarobeli M23 mu bitero vyo kuri uyu w’Imana hafi y’igisagara ca Bunagana kiri rubibe, mu gice c’ubuseruko bw’igihugu. Aka karere karanzwemwo imirwano umusi wose kandi hapfa abasirikare babiri.
Kongo yagirije ibitero biheruka vya M23 kuba biba uwo muhari ubifashijwemwo n’u Rwanda, bituma imigenderanire hagati y’ivyo bihugu bibiri itosekara.
U Rwanda rwama rwahakanye kuba rushigikiye uwo muhari w’abarobeli.
Kuri uyu w’Imana, igisirikare ca RDC, cavuze ko abarobeli ba M23 bateye ibirindiro vyabo hafi y’i Bunagana hamwe n’ibindi bice mu ntara ya Kivu y’uburaruko. Kongo ivuga ko ivyo bitero babikoze bafashijwe n’abasirikare hamwe na vya muzinga vy’u Rwanda.
Itangazo ryasohowe n’igisirikare ca Kongo rivuga ko abasirikare babiri basize ubuzima muri ico gitero. Ryongeyeko ko abarwanyi b’abansi batari bake nabo nyene bishwe, ariko nta gitigiri nyezina catanzwe.
Umuvugizi wa M23, W***y Ngoma, nawe yavuze ko imirwano ikomeye yabandanije hafi y’ico gisagara no ku mugoroba wo kuri uyu w’Imana.
🤔Basomyi bahire mubona hakwiye iki kugirango uku kwikekana bihagarare?
🙏Gira kuri Page maze ugume wironkera amakuru atandukanye
🚨🚨Call her the Burundian Dj💚
Click here to claim your Sponsored Listing.
Videos (show all)
Category
Contact the business
Telephone
Website
Address
Bujumbura
Le Gentil
Bujumbura
Weddings-Dowry-Birthdays-Brideshower-Babyshower-Funerals-Meetings-Music videos-Photoshoots we make
Bujumbura
Bujumbura
Ubuntu Media est une filière de Ubuntu Agency offrant des services de couverture médiatique (video, photos, livestreaming), la conception des designs et ainsi que la gestion de vos...
Kibenga Avenue Jeudi 10
Bujumbura
Chez Rema pictures� venez voir les beautés de chez nous
Gihosha
Bujumbura
photographie... videographie... media divers burundi bujumbura
Kadophotography9@gmail. Com
Bujumbura
KADO Photography est une agence de photographes qui vous accompagne dans vos projets Photo