Bruce Breezy music entertainment, Suwadi al Batha' Videos

Videos by Bruce Breezy music entertainment in Suwadi al Batha'. Cette page est réservée à la musique, les histoires des stars du monde entier et extrait de video

Gusenga

Kuki dusenga ? Kuki umuntu bishika agakora ibintu nkibi kugira yumve atekanye?

Bon DIMANCHE à toutes et tous, spécialement aux congolaises et congolais

Other Bruce Breezy music entertainment videos

Gusenga Kuki dusenga ? Kuki umuntu bishika agakora ibintu nkibi kugira yumve atekanye? Bon DIMANCHE à toutes et tous, spécialement aux congolaises et congolais

BON DIMANCHE Naho bari mubibazo bikomeye ntibibaca intege

Mon Amour Hit y'imyaka yose! Ripp ( test in paradise and peace)

ATI, NITWE KIBAZO CO MUKARERE, ATI NONE NK'UBU TUTUMVIKANYE, MUBONA TUZOHUNGIRA MUBURUNDI BATWEMÉRE? James kabarebe, uwahoze atwara ingabo z' urwanda mbere na Congo, aremanga ko abanyarwanda aribo bavuruga akarere, akanavuga ivyamayeka mabi bakoze inyuma ya 1994 ngo kuko imbere muza 1959, na 1994 ngo impunzi zarakirwa mubihugu bibanyi n'urwanda. Ati dufise Duke, nimwemere tudusangire ntaho guhungira hakiriho kuko twarononye akarere.

Wazalendo bana anguka ku munition yenye M23 iliacha Wakati ilikuwa ina fwiyeeee😁😁😁😁😁😁😁😁 Iki giswahili nizere KO abakongomani bacumva🤗😁

IYI NI INGWANO YABEREYE MUTURERE LIBAN IPFA NA ISRAËL, UTWO TURERE TUKABA TUBAMWO ABANYISURAYELI MUBUMANUKO BWA LIBAN. Hezbollah aho yariko itana mumitwe n'ingabo za israël Tsahal

❗A ces heures-là, des centaines de Jordaniens, agités par l'appel du Hamas à un pogrom contre les Juifs, se sont précipités vers la frontière avec Israël. Abonnez-vous : Bruce Breezy music entertainment

M23 iti, Felix Tchisekedi yamwe ari umwe mubacu mbere yuko tumugira président. Iti, ivyo twumvikanye imbere y'uko aba président ntavyo yadukoreye: ni muri iyi vidéo 👇👇👇👇

Imyiyerekano mubudagi. Iduzwa ry'ibiciro hamwe n'ibura ry'ibicanwa( énergie) nivyo bituma vy'iyo myiyerekano. l'Europe va mal

🇷🇺⚔️🇺🇦aha ni kukiraro "Klitschko" i Kiev.🚀🔥 Raba ukuntu missile ukora🤭🤭🤭😳🤔🤔🤔🤔

Ikiraro kirekire Cahuza Uburusiya na Crimée abasoda ba Ukraine Bari bagitezemwo i camion irimwo amabombe, baragituritsa. Barigamba ! None mukanya umugwi w'abasirikare bubatsi b'abarusiya bahejeje gusubira kucubaka, Ubu ni nyabagendwa, imodoka zasubiriye Kurengana.

OPÉRATION SPÉCIALE MILITAIRE RUSSE EN UKRAINE. Les forces Russes ont capturé une autre position et a pris plusieurs dizaines de lance-grenades, dont le "Matador''

‼️🇫🇷 Abahora mumwimenyerezo ya gisirikare barash*tse, munzira zirora Zaporozhye mukwifatanya abandi kurugamba. Ni abasoda bahejeje kwiga ivyigwa vya gisirikare n'imyitozo ihambaye, umugwi umwe wose ukaba wigijwe n'ibijanye nivyo bakenewemwo kumurongo w'urugamba. Les mobilisés arrivent en direction de Zaporozhye pour la coordination du combat. Les soldats suivent désormais un entraînement intensif au combat sur les terrains d'entraînement, directement dans les unités dans lesquelles ils effectueront des missions de combat respectivement selon ses enseignements reçus. RVvoenkor

🇷🇺 ⚔️🇺🇦 : la Russie a envoyé des armes et des chars dernière génération les plus dangereux en Ukraine à la veille du discours du président Poutine quand il dit qu’il utiliserait des armes nucléaires ☢️ vous pensez que c’est du bluff tenter regretter. Mais Liman est tombé pour le moment

Ababaza uko Accident ya Zelensky yari imeze, nimuvyirabire kuri iyi video. Nico gituma navuze kuriya!!! Ntawuzi ko yahakuye amagara yose, kuko uwo bari kumwe we ivy'iwe nivyo mubona, imodoka niyo mubona uko yabaye.

Baoden arasaze😂😂😂😂😂😂!!!!!

Inyuma ya Tchèque, Ubudagi nabwo bwihereje amabarabara biyiriza iduzwa ry'ibiciro vya Gaz hamwe n'irungikwa ry'ibigwanisho muri Ukraine. Aha ni mw'ibarabara rya miltenberg mubudagi, Aho amajana y'abantu yihaye ibarabara.

Buyenzi Mupoooooo🗣️🗣️🗣️🗣️😂

✴️ Ukraine 🇺🇦 Ibi ni ibigwanisho bitagira uko bingana Uburusiya bwegerenije mumigwano y'ejo n'uno musi. Ariko ibi abarengero barabibona ko bariko bavomera mukivumvu?🙄🙄🙄Abasoda ba Ukraine barabita bakiyirukira!!! Amagara aruta amajana